top of page
AMASANAMU
Evariste Ndayishimiye arongoye umugambwe CNDD-FDD avuga ko amatongo yose ari ayo igihugu. Amenyesha ko kugurisha itongo kumunyamahanga ari nko kugurisha Uburundi. Abafise amatongo manini batayarima ngo nibayakwe arimemwo ababishoboye
Ko Uburundi bwatewe akagere na SADC, buzohava bwemera kwubahiriza amategeko ya EAC?
Ni ingingo yatangajwe n'umukuru w'igihugu ca Namibiya, Perezida Hage Geingob ari na we asanzwe atwara SADC uyu mwaka. Ivyo abivuze inyuma...
Amaraso y'inzirakarengane yahumiye abapolisi mu buraruko bw'igihugu
Abapolisi bazwi kuba ari ba rurangiranwa mu guhohotera no kwica uwiketswe wese kuba atavuga rumwe na reta canke uwobirota, basigaye...
Perezida Petero Nkurunzi ari mu nzira yo kunyaga amatongo "Abanyagihugu" ayagabire "A
Perezida Nkuruniza n'umugore wiwe basengera umwimbu wabo w'ibiraya Umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza ari mu rugamba rwo...
Abanyororo barenga ibihumbi 11 nibo bavundiye mu mabohero atandukanye y'igihugu
Abaharanira uburenganzira bw'abafunzwe nk'ishirahamwe APRODH barasemerera bavuga ko ubwo bwinshi bw'abanyororo bagerekeranyeko ari irya...
HRW riratera ivyatsi ingendo yo guhohotera abatavuga rumwe n'ubutegetsi bw'Uburundi
Ishirahamwe HRW (Human Rights Watch ) ryishinze gukingira agateka ka zina muntu ryarateye ivyatsi ryivuye inyuma uguhohotera abatavuga...
Uburundi, umwana w'ikigaba mu muryango wa EAC azohava yemerwa kurerwa mu muryango wa SADC?
Intumwa idasanzwe y'umukruu w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza, aheruka i Harare muri Zimbabwe gusaba ko yoronka ibihugu bishigikira...
Intwazangabo ivugira igipolisi isigaye iri mu rwego rujejwe kugenzura abamenyeshamakuru
Petero Nkurikiye, umuvugizi w'igipolisi c'Uburundi Hari amategeko abiri avuguruzanya yasinywe na Perezida Nkurunziza kw'igenwa ry'abagize...
Burundi: Inyuma y'ihambwa ry'amasezerano ya Arusha, inkehwa z'Abatutsi zigiye kuba iza n
Ntibikiri agaseseshwa rumuri. Abatutsi bo mu Burundi, bacitse kw'icumu n'ihonyabwoko ryo mu mwaka w'1993, nta we bakiririra. Nta rwego na...
Ubutegetsi bwa Nkurunziza ngo buriko bunyaga abo bitavuga rumwe
Naho ubutegetsi bw'i Gitega buvuga ko ingingo yo gufata ry'amatungo y'abagirizwa gushaka guhirika ubutegetsi yafashwe n'ubutungane,...
Abantu cenda (9) nibo bahitanywe n'umusozi wabomotse muri Komine Kabarore mu Kayanza
Muri Komine Kabarore mu Kayanza, abantu cenda(9) nibo bapfuye abandi cumi nabatandatu (16) barakomereka kuri uwu wagatandatu uheze. Abo...
Abagiye guserukira Uburundi mu rukino rwa Boxe muri Gabon bafungiweyo kuko babuze ayo kuriha ihoteli
Abaserukiye Uburundi mu mahiganwa yo gubitana ingumu yabereye mu gihugu ca Gaboni. Ifoto yafashwe na:Eloge Willy Kaneza (VOA) Igihugu...
Imbonerakure n'Interahamwe baragisibije mu buraruko bw'u Burundi no mu bumanuko bw'u Rwa
Imbonerakure, ziswe umugwi w'inkorabara na ONU, urwaruka rwegamiye umugambwe uri ku butegetsi CNDD-FDD rurabandanya kwifatanya...
Burundidaily.net © 2016
bottom of page